Ukubungabunga ibibanza bikingiwe ku neza y’ubuzima bwa kiremwa muntu : akamo gatewe abajejwe gufata ingingo ngo bagaragaze uruhara rwabo mu kubungabunga ibibanza bikingiwe

Type de document
Report

Agatabu ko guhimiza Abajejwe gufata ingingo kateguwe na NINDORERA Damien  mu gisata c’umugambi w’ubushakashatsi, uguhanahana inkuru, uguhimiriza n’ukubungabunga ibinyabuzima mu Burundi washizweho mu ntumbero yo gushira mu ngiro amasezerano yabaye hagati y’ikigo c’igihugu kijejwe gukingira ibidukikije, OBPE (INECN ya kera) n’ikigo c’ingoma y’Ububiligi kijejwe ubumenyi kama  (IRScNB). 

Date de publication (du fichier / URL)
1 février 2016
Aichi targets
1. Awareness increased
1.1. People are aware of the values of biodiversity
1.2. People are aware of the steps they can take to conserve and sustainably use biodiversity
11. Protected areas increased and improved
Pays
Burundi