Document
Document
Nom du fichier
Guhimiriza_abategetsi_ibibanza_bikingiwe.pdfType de fichier
Document PDFTaille du fichier
608 kBDate de création
2020 déc. 21Date de mise à jour
2020 déc. 21Publié le
2016 févr. 01Ukubungabunga ibibanza bikingiwe ku neza y’ubuzima bwa kiremwa muntu : akamo gatewe abajejwe gufata ingingo ngo bagaragaze uruhara rwabo mu kubungabunga ibibanza bikingiwe
Agatabu ko guhimiza Abajejwe gufata ingingo kateguwe na NINDORERA Damien mu gisata c’umugambi w’ubushakashatsi, uguhanahana inkuru, uguhimiriza n’ukubungabunga ibinyabuzima mu Burundi washizweho mu ntumbero yo gushira mu ngiro amasezerano yabaye hagati y’ikigo c’igihugu kijejwe gukingira ibidukikije, OBPE (INECN ya kera) n’ikigo c’ingoma y’Ububiligi kijejwe ubumenyi kama (IRScNB).