Document
Document
File Name
Guhimiriza_abanyagihugu_ ibibanza_bikingiwe.pdfFile Type
PDF DocumentFile Size
799 kBCreated Date
2020 Dec 21Updated Date
2020 Dec 21Published on
2016 Feb 01Ukubungabunga ibibanza bikingiwe ku neza y'ubuzima bwa kiremwa muntu: akamo gatewe abenegihugu bagaragaze uruhara rwabo mu kubungabunga ibibanza bikingiwe
Agatabu ko guhimiriza abenegihugu kateguwe na AHISHAKIYE Jerôme m'umugambi w'ubushakashatsi, uguhanahana inkuru, uguhimiriza n'ukubungabunga ibinyabuzima mu Burundi washizweho mu ntumbero y'ugushira mu ngiro amasezerano y'umwvikumana Yabaye hagati y'ikigo c'igihugu kijejwe gukingira ibidukikije OBPE (INECN ya kera) n'ikigo c'ingoma y'ububiligi kijejwe ubumenyi kama (IRSCnb).