Image or Video

Image or Video

File Name
Ishamba cimeza rya kirwena
Created Date
2022 May 12
Updated Date
2022 May 12
Published on
2022 May 12

Ishamba cimeza rya kirwena


Ishamba cimeza rya Kigwena ni rimwe mu mashamba akingiye yo mu Burundi rikaba riri kuri hegitare 565 .iryo shamba ririmwo ibiti vy'ubwoko bwishi vyaba ibikoreshwa mu kubaka mu kubaka eka n'ibiti vy'ivyamwa.ririmwo n'ibindi binyabuzima bitandukanyanyo e nk'inzoka, imvubu, inkoto, inkoto, inkende, inyoni eka nibindi... ; iryo shamba rihana urubibe n'ikiyaga Tanganyika, rikaba ryabayeho kubw'itegeko ry 'umukuru w'igihugu ryo mu mwaka 1958. N'ubwo Biruko Haribonekeza agahaze muri iryo shamba aho hari abaza gusenyayo inkwi abandi bagacayo ibiti mu gihe bisanzwe bibujijwe. Célestin MBAZUMUTIMA ni umwe mubasanzwe bacungera iryo shamba rya Kigwena, avuga ko ivyo biterwa n'ubuke bw'abakozi be n'ikena ry'ibikoresho bokoresho bokoresha mu kuricungera agasabako reta yobaronsa ibikoresho nk'inkoho. Ikindi n'uko ngo iryo shamba ryokwinjije uburyo bwishi iyo abo mu ntwaro baba bakorana neza n'abo mukigo OBPE biciye mukurarika aboza barakora muntumbero yo gukingira muntumbero yo gukingira ibidukikije bidukikije bikaba bivugwa n'umukuru w'ikigo obpe François MANIRAMBONA

File Name
Ishamba cimeza rya kirwena
Created Date
2022 May 12
Updated Date
2022 May 12

Attachments (1)