Document
Document
File Name
Guhimiriza_abategetsi_ibibanza_bikingiwe.pdfFile Type
PDF DocumentFile Size
608 kBCreated Date
2020 Dec 21Updated Date
2020 Dec 21Published on
2016 Feb 01Ukubungabunga ibibanza bikingiwe ku neza y'ubuzima bwa kiremwa muntu: akamo gatewe abajejwe gufata ingingo ngo bagaragaze uruhara uruhara rwabo mu kubungabunga ibibanza bikingiwe
Agatabu ko guhimiza Abajejwe gufata ingingo kateguwe na NINDORERA Damien mu gisata c'umugambi w'ubushakashatsi, uguhanahana inkuru, uguhimiriza n'ukiriza n'ukubungabunga ibinyabuzima ibinyabuzima mu Burundi washizweho mu ntumbero yo gushira mu ngiro amasezerano Hagaye hagati y'ikigo c'igihugu kijejwe gukingira ibidukikije, OBPE (INECN ya kera) n'ikigo c'ingoma y'ububiligi kijejwe kijejwe ubumenyi kama (IRSCnb).