Document
Document
Nom du fichier
Guhimiriza_abanyagihugu_ ibibanza_bikingiwe.pdfType de fichier
Document PDFTaille du fichier
799 kBDate de création
2020 déc. 21Date de mise à jour
2020 déc. 21Publié le
2016 févr. 01Ukubungabunga ibibanza bikingiwe ku neza y’ubuzima bwa kiremwa muntu : akamo gatewe abenegihugu bagaragaze uruhara rwabo mu kubungabunga ibibanza bikingiwe
Agatabu ko guhimiriza abenegihugu kateguwe na AHISHAKIYE Jerôme m’umugambi w’ubushakashatsi, uguhanahana inkuru, uguhimiriza n’ukubungabunga ibinyabuzima mu Burundi washizweho mu ntumbero y’ugushira mu ngiro amasezerano y’umwumvikana yabaye hagati y’ikigo c’igihugu kijejwe gukingira ibidukikije OBPE (INECN ya kera) n’ikigo c’ingoma y’Ububiligi kijejwe ubumenyi kama (IRScNB).