Ubworozi bw’amafi mu Burundi n’igikorwa gishobora kugira ico giterereye kinini mu gufungura neza mugihe coba gitunganijwe neza, ni ukuvuga inyigisho zikwiye z’ubworozi, imbuto nziza, indya zibereye, n’inyanja ziteguwe neza.
Mu Burundi ; Igisata c’ubworozi bw’amafi, categerezwa gutera imbere cane