Document
Document
File Name
Guhimiriza_abatwara_intara-amakomine-turere-dukingiwe.pdfFile Type
PDF DocumentFile Size
922 kBCreated Date
2020 Dec 21Updated Date
2020 Dec 21Published on
2016 Feb 01Ukubungabunga ibibanza bikingiwe ku neza y'ubuzima bwa kiremwa muntu: akamo gatewe abatwara intara n'amakomine ngo bagaragaze uruhara uruhara rwabo mu kubungabunga ibibanza bikingiwe
Agatabu ko guhimiriza abatwara abandi mu ntara no mu makomine kanditswe na NZIGIDAHERA Benoit mu gisata c'Umugambi w'ubushakashatsi, uguhanahana inkuru, uguhimiriza n'ukuriza n'ukubungabunga ibinyabuzima mu Ngiro amasezerano yabaye hagati Y'ikigo c'igihugu kijejwe gukingira ibidukikije OBPE (INECN ya kera) n'Ikigo c'ingoma y'Ububiligi kijejwe ubumenyi kama (IRSCnb).