Document
Document
Nom du fichier
Guhimiriza_abatwara_intara-amakomine-turere-dukingiwe.pdfType de fichier
Document PDFTaille du fichier
922 kBDate de création
2020 déc. 21Date de mise à jour
2020 déc. 21Publié le
2016 févr. 01Ukubungabunga ibibanza bikingiwe ku neza y’ubuzima bwa kiremwa muntu : akamo gatewe abatwara intara n’amakomine ngo bagaragaze uruhara rwabo mu kubungabunga ibibanza bikingiwe
Agatabu ko guhimiriza abatwara abandi mu ntara no mu makomine kanditswe na NZIGIDAHERA Benoit mu gisata c’Umugambi w’ubushakashatsi, uguhanahana inkuru, uguhimiriza n’ukubungabunga ibinyabuzima mu Burundi washizweho mu ntumbero y’ugushira mu ngiro amasezerano yabaye hagati y’Ikigo c’igihugu kijejwe gukingira ibidukikije OBPE (INECN ya kera) n’Ikigo c’ingoma y’Ububiligi kijejwe ubumenyi kama (IRScNB).