Amategeko ajanye n’inyifato nziza y’akazi

Intumbero yay’mategeko y’inyifato nziza y akazi ni ugushiraho amategeko n’ivyitonderwa bigomba kugenga OBPE vyagiye birashirwaho buke buke mu gushiraho ico kigo kandi ari n'avyo bigize umuco mwiza w’ico kigo. Aya mategeko n’ivyitonrwa bisangiwe n'abakozi bose, abagize urwego nshingwantwaro n'abasanzwe bafasha OBPE. Aya mategeko ntabwo agamije gusubirira ayasanzwe ari  mu ngiro  canke guhindura amategeko n'amabwiriza asanzwe akurikizwa.Aha akaryo ubuyobozi, abakozi n’abasanzwe bafasha OBPE kugira ibintu vyotuma haba isuzuma ryiza n'ivyo vyose vyurufatiro mu bijanye n'ibikorwa Vy’akazi. 

Publication date (of file/URL)
1 May 2020