Ukubungabunga ibibanza bikingiwe ku neza y’ubuzima bwa kiremwa muntu : akamo gatewe abenegihugu bagaragaze uruhara rwabo mu kubungabunga ibibanza bikingiwe

Agatabu ko guhimiriza abenegihugu kateguwe na AHISHAKIYE Jerôme m’umugambi w’ubushakashatsi, uguhanahana inkuru, uguhimiriza n’ukubungabunga ibinyabuzima mu Burundi washizweho mu ntumbero y’ugushira mu ngiro amasezerano y’umwumvikana yabaye hagati y’ikigo c’igihugu kijejwe gukingira ibidukikije OBPE (INECN ya kera) n’ikigo c’ingoma y’Ububiligi kijejwe ubumenyi kama (IRScNB).  

Publication date (of file/URL)
1 February 2016
Aichi targets
1. Awareness increased
3.2. Positive incentives for conservation and sustainable use of biodiversity developed and applied
11. Protected areas increased and improved
Countries
Burundi